Kuvayo 26:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kandi uze ukore igikingirizo+ c’ubwinjiriro bw’ihema mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe, bikorwe n’umujishi. Kuvayo 39:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 na ca gicaniro+ c’inzahabu, na ya mavuta y’ukurobanuza+, na ya mibavu imota neza+, na ca gikingirizo+ c’ubwinjiriro bw’ihema,
36 Kandi uze ukore igikingirizo+ c’ubwinjiriro bw’ihema mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe, bikorwe n’umujishi.
38 na ca gicaniro+ c’inzahabu, na ya mavuta y’ukurobanuza+, na ya mibavu imota neza+, na ca gikingirizo+ c’ubwinjiriro bw’ihema,