2 Abami 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Wavuze (mugabo ni akarimi gusa) uti: ‘Ndafise impanuro+ n’inkomezi ku bw’intambara.’ None wizigiye nde, aho wangararije+? Yeremiya 43:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Azariya mwene Hoshaya+ na Yohanani+ mwene Kareya n’abagabo bose bita imbere+, babwira Yeremiya bati: “Uvuze ikinyoma+. Yehova Imana yacu ntiyagutumye kuvuga ngo: ‘Ntimwinjire mu Misiri kubayo muri ba kavamahanga+.’
20 Wavuze (mugabo ni akarimi gusa) uti: ‘Ndafise impanuro+ n’inkomezi ku bw’intambara.’ None wizigiye nde, aho wangararije+?
2 Azariya mwene Hoshaya+ na Yohanani+ mwene Kareya n’abagabo bose bita imbere+, babwira Yeremiya bati: “Uvuze ikinyoma+. Yehova Imana yacu ntiyagutumye kuvuga ngo: ‘Ntimwinjire mu Misiri kubayo muri ba kavamahanga+.’