5 Maze uze utore za mpuzu+ hanyuma wambike Aroni ya kanzu na wa mwitero utagira amaboko wa efodi, na ya efodi na ka kambarwa ko ku gikiriza, kandi uze uyitubike kuri we ukoresheje wa mukanda wa efodi+.
7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.