ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 34:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.”

  • 1 Samweli 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko Isirayeli yose yumva bivugwa ngo: “Sauli yishe ikirindiro c’Abafilisitiya, none ubu Isirayeli isigaye inuka+ mu Bafilisitiya.” Abantu barakorana rero kugira bakurikire Sauli i Gilugali+.

  • 1 Ngoma 19:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu nyuma bene Amoni babona yuko basigaye banukira+ Dawidi, maze Hanuni+ n’abo bene Amoni barungika italanto igihumbi z’ifeza+ kugira ngo bikoteshereze imikogote+ n’abagendera ku mafarasi, vyo muri Mezopotamiya n’ivy’i Aramu-mayaka+ n’ivy’i Zoba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika