Kuvayo 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi Farawo ntazobumviriza+; nanje nzobwirizwa gushira ukuboko kwanje kuri Misiri, nkure mu gihugu ca Misiri ingabo zanje+, abantu banje+, ari bo bene Isirayeli+, nkoresheje imanza zikomeye+. Kuvayo 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hanyuma ya myaka amajana ane na mirongo itatu iheze, mbere kuri uyo musi nyene, ingabo za Yehova zose ziva mu gihugu ca Misiri+. Ivyakozwe 7:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uyo Musa, uwo bihakanye bavuga ngo: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza+?’, uyo ni we Imana yatumye+ bwa mutware n’umurokozi biciye ku kuboko kw’umumarayika yamubonekeye muri ca gisaka c’amahwa.
4 Kandi Farawo ntazobumviriza+; nanje nzobwirizwa gushira ukuboko kwanje kuri Misiri, nkure mu gihugu ca Misiri ingabo zanje+, abantu banje+, ari bo bene Isirayeli+, nkoresheje imanza zikomeye+.
41 Hanyuma ya myaka amajana ane na mirongo itatu iheze, mbere kuri uyo musi nyene, ingabo za Yehova zose ziva mu gihugu ca Misiri+.
35 Uyo Musa, uwo bihakanye bavuga ngo: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza+?’, uyo ni we Imana yatumye+ bwa mutware n’umurokozi biciye ku kuboko kw’umumarayika yamubonekeye muri ca gisaka c’amahwa.