ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo ubu rero nusubize umugore w’uwo mugabo, kuko uwo mugabo ari umuhanuzi+, na we azotakamba ku bwawe+, ubandanye kubaho. Mugabo nutamusubiza, umenye ko uzopfa ata kabuza, mwe n’abawe bose+.”

  • Kuvayo 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubu rero, ndabinginze, mubabarire+ igicumuro canje iri rimwe gusa, mwinginge+ Yehova Imana yanyu ankureko gusa iki cago cica.”

  • Guharura 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Amaherezo abantu baza kuri Musa, bavuga bati: “Twacumuye+, kuko twavuze nabi Yehova na wewe. Takambira Yehova adukureko izi nzoka+.” Nuko Musa aratakamba ku bw’abantu+.

  • 1 Abami 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko umwami abwira nya muntu w’Imana y’ukuri ati: “Ndakwinginze utakambire* Yehova Imana yawe, usenge ku bwanje kugira ngo nsubizwe ukuboko kwanje+.” Nya muntu w’Imana y’ukuri aca atakambira+ Yehova, ku buryo umwami asubizwa ukuboko kwiwe, gusubira kumera nk’ubwa mbere+.

  • Ivyakozwe 8:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Simoni yishura ati: “Nimuntakambire kuri Yehova mwebwe+, ntihagire na kimwe mu vyo muvuze kinzako.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika