ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi uze ubwire umuhungu wawe kuri uwo musi uti: ‘Ni kubera ivyo Yehova yangiriye igihe nava mu Misiri+.’

  • Gusubira mu vyagezwe 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+,

  • Gusubira mu vyagezwe 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 uze umubwire rero uti: ‘Twarabaye abashumba ba Farawo mu Misiri, mugabo Yehova adukuzayo ikiganza gikomeye+.

  • Zaburi 44:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,

      Ba sogokuruza bacu baratudondeye+

      Igikorwa wakoze mu misi yabo+,

      Mu misi ya kera+.

  • Zaburi 78:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Ahagurutsa icibutsa muri Yakobo+,

      Ashinga itegeko muri Isirayeli+,

      Ibintu yategetse ba sogokuruza bacu+,

      Ngo bimenyeshwe abana babo+;

  • Yoweli 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nimuvyiganire abana banyu, abana banyu bavyiganire abana babo, abana babo na bo bavyiganire iyaruka rikurikira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika