ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 33:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ico gihe Abanyamisiri bariko bahamba abo Yehova yari yishe muri bo, ni ukuvuga imfura zose+; kandi Yehova yari yashikije imanza+ ku mana zabo.

  • Yesaya 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+.

  • Yeremiya 43:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Emwe, azomenagura inkingi za Beti-shemeshi* yo mu gihugu ca Misiri; kandi amazu y’imana za Misiri azoyaturiza umuriro.”’”

  • Zefaniya 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova azoba uwuteye ubwoba kuri bo+; kuko azonambisha imana zose zo kw’isi+, kandi abantu bazomwunamira+, umwe wese aho ari, amazinga yose y’amahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika