Itanguriro 47:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Gutyo Yozefu agerera se wiwe na bene wabo, abaha itongo bigabira mu gihugu ca Misiri, mu gice ciza cane kuruta ibindi vyose vy’igihugu, mu gihugu ca Ramesesi+, nk’uko Farawo yari yategetse. Kuvayo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+.
11 Gutyo Yozefu agerera se wiwe na bene wabo, abaha itongo bigabira mu gihugu ca Misiri, mu gice ciza cane kuruta ibindi vyose vy’igihugu, mu gihugu ca Ramesesi+, nk’uko Farawo yari yategetse.
11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+.