ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo+, kuko biciye ku kiganza gikomeye azobarekura, kandi biciye ku kiganza gikomeye azobirukana mu gihugu ciwe+.”

  • Kuvayo 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: “Ngira nzane ikindi cago kimwe kuri Farawo na Misiri. Inyuma y’ivyo azobarekura muve ng’aha+. Niyabarekura mwese hamwe, azobirukana bubirukane muve ng’aha+.

  • Kuvayo 12:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ako kanya ahamagara+ Musa na Aroni mw’ijoro, maze avuga ati: “Haguruka, mumvire mu bantu, mwe n’abandi bene Isirayeli, mugende, mukorere Yehova, nk’uko mwavuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika