Kuvayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+. Kuvayo 34:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nayo wewe, gumya ivyo ndagutegetse uno musi+. Ehe ngira nirukane imbere yawe Abamori n’Abanyakanani n’Abaheti n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+. 1 Abami 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo abantu bose bari basigaye ku Bamori+, ku Baheti+, ku Baperizi+, ku Bahiwi+ no ku Bayebusi+, abatari abo muri bene Isirayeli+,
8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+.
11 “Nayo wewe, gumya ivyo ndagutegetse uno musi+. Ehe ngira nirukane imbere yawe Abamori n’Abanyakanani n’Abaheti n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+.
20 Nayo abantu bose bari basigaye ku Bamori+, ku Baheti+, ku Baperizi+, ku Bahiwi+ no ku Bayebusi+, abatari abo muri bene Isirayeli+,