ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze Musa avuga ati: “Tuzojana n’urwaruka rwacu n’abasaza bacu. Tuzojana n’abahungu bacu n’abakobwa bacu+, n’intama zacu n’inka zacu+, kuko dufise umusi mukuru wa Yehova+.”

  • Abalewi 23:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, imisi indwi. Ku musi ugira indwi hazoba ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora.’”

  • Luka 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ico gihe umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro, uwo bita Pasika+, wariko uregereza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika