Kuvayo 12:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abanyamisiri batangura guhutagiza abo bantu kugira babirukane ningoga+ bave mu gihugu, bavuga ngo: “kuko twese ari nk’aho twapfuye+!” Zaburi 105:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Areka umutima wabo urahinduka ngo wanke abantu biwe+,Ngo bagire ivy’urwenge ku basavyi biwe+.
33 Abanyamisiri batangura guhutagiza abo bantu kugira babirukane ningoga+ bave mu gihugu, bavuga ngo: “kuko twese ari nk’aho twapfuye+!”