Kuvayo 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma Abanyamisiri bajako barabakurikira, n’amafarasi yose ya Farawo, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe batangura kwinjira babakurikira+, bashika hagati mu kiyaga.
23 Hanyuma Abanyamisiri bajako barabakurikira, n’amafarasi yose ya Farawo, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe batangura kwinjira babakurikira+, bashika hagati mu kiyaga.