Kuvayo 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’ Yosuwa 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihe nakura ba so mu Misiri+ mugashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye boma+ inyuma ba so n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura.
9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’
6 Igihe nakura ba so mu Misiri+ mugashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye boma+ inyuma ba so n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura.