ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Wahushe impemu zawe+, ikiyaga kirabapfuka+;

      Badwibiye nk’icuma* mu mazi y’agakomeye+.

  • Gusubira mu vyagezwe 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 canke ivyo yakoreye inteko za gisirikare za Misiri, amafarasi yiwe n’imikogote yiwe y’intambara, ivyo yatumye amazi y’ikiyaga Gitukura abirengera igihe bariko baboma inyuma+, Yehova akabarandura gushika uyu musi+;

  • Nehemiya 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi wasatuye ikiyaga+ imbere yabo, ku buryo bajabuka baciye hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+; maze abariko barabakurikira ubaraririza ibwina+ nk’ibuye+ mu mazi akomeye+.

  • Zaburi 78:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 Iguma ibayobora mu mutekano, ntibumva ubwoba namba+;

      Ikiyaga gipfuka abansi babo+.

  • Abaheburayo 11:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika