2 Samweli 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inzira z’imigezi y’ikiyaga na zo zitangura kuboneka+,Imishinge y’ubutaka bwimbuka+ na yo irapfukurwa,Bitumwe n’uguhambara kwa Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yiwe+. Zaburi 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inzira z’imigezi y’amazi na zo zitangura kuboneka+,Imishinge y’ubutaka bwimbuka irapfukurwa+Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yawe+.
16 Inzira z’imigezi y’ikiyaga na zo zitangura kuboneka+,Imishinge y’ubutaka bwimbuka+ na yo irapfukurwa,Bitumwe n’uguhambara kwa Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yiwe+.
15 Inzira z’imigezi y’amazi na zo zitangura kuboneka+,Imishinge y’ubutaka bwimbuka irapfukurwa+Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yawe+.