Kuvayo 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inyuma y’ivyo, Yehova abwirira Musa i Midiyani ati: “Genda, usubire mu Misiri, kuko abantu bose bahora bahiga ubuzima bwawe bapfuye+.” Kuvayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Musa yari afise imyaka mirongo umunani, Aroni na we mirongo umunani n’itatu igihe bavugana na Farawo+. Ivyakozwe 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Imyaka mirongo ine irangiye, abonekerwa n’umumarayika mu gahinga k’umusozi Sinayi mu rubeya rw’umuriro rw’igisaka c’amahwa+.
19 Inyuma y’ivyo, Yehova abwirira Musa i Midiyani ati: “Genda, usubire mu Misiri, kuko abantu bose bahora bahiga ubuzima bwawe bapfuye+.”
7 Musa yari afise imyaka mirongo umunani, Aroni na we mirongo umunani n’itatu igihe bavugana na Farawo+.
30 “Imyaka mirongo ine irangiye, abonekerwa n’umumarayika mu gahinga k’umusozi Sinayi mu rubeya rw’umuriro rw’igisaka c’amahwa+.