ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 15:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ariko Sauli abwira Samweli ati: “Mugabo nagamburutse+ ijwi rya Yehova kuko nagiye ku gikorwa Yehova yari yandungitseko, kandi nazanye Agagi+ umwami wa Amaleki, mugabo Amaleki nayitikije+.

  • Esiteri 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Inyuma y’ivyo, Umwami Ahasuwerusi akuza Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, amushira hejuru+ yongera ashira intebe yiwe hejuru y’abandi baganwa bose bari kumwe na we+.

  • Esiteri 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.

  • Esiteri 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Hamani+ mwene Hamedata+, Umwagagi+, umwe yanka+ Abayuda bose, yari yateguriye Abayuda umugambi wo kubarandura+, akaba yari yategetse ko baterera Puri+ ari bwo Bupfindo+, kugira abadurumbanye yongere abarandure.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika