Nehemiya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wamanutse ku musozi Sinayi+, uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo z’ubutungane zigororotse+ n’amategeko y’ukuri+, ingingo nyobozi nziza+ n’amabwirizwa meza+. Ivyakozwe 7:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.
13 Wamanutse ku musozi Sinayi+, uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo z’ubutungane zigororotse+ n’amategeko y’ukuri+, ingingo nyobozi nziza+ n’amabwirizwa meza+.
38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.