ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 umusi wahagarara imbere ya Yehova Imana yawe i Horebu+, igihe Yehova yambwira ati: ‘Koraniriza abantu hamwe kuri jewe kugira ndabumvishe amajambo yanje+, kugira bige kuntinya+ imisi yose bazomara ari bazima ku butaka, no kugira bigishe abana babo+.’

  • Gusubira mu vyagezwe 4:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Yarakwumvishije ijwi ryiwe ari mu majuru kugira agukosore; kw’isi na ho yarakweretse umuriro wiwe ukomeye, kandi warumvise amajambo yiwe ava hagati mu muriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika