ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova aca abwira Musa ati: “Ehe ndaje kuri wewe mu gicu cijimye+, kugira abantu bumve igihe mvugana nawe+, no kugira ngo na wewe bakwizere gushika igihe kitagira urugero+.” Maze Musa yiganira Yehova amajambo y’abantu.

  • Abaheburayo 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika