ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 35:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “‘Mugabo nimba yamusunitse giturumbuka, bitavuye ku nyankane, canke akaba yamuteye ikintu ico ari co cose atari yamubundiye+,

  • Gusubira mu vyagezwe 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Ivyerekeye uwishe umuntu ashobora guhungirayo akabona kubaho biri uku: Igihe akubise mugenziwe atabizi kandi akaba atari asanzwe amwanka+;

  • Umusiguzi 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Narahindukiye, mbona munsi y’izuba yuko abanyarutsi atari bo bene gutsinda isiganwa+, n’abanyenkomezi ko atari bo bene gutsinda urugamba+, eka n’inkerebutsi ko atari zo zene kugira ibifungurwa+, eka n’abazi ubwenge ko atari bo bene kugira ubutunzi+, mbere n’abafise ubumenyi ko atari bo bene kugira ubutoni+; kuko ibihe be n’ibishika giturumbuka bibashikako bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika