ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ntukibe+.

  • Abaroma 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ya mategeko ngo: “Ntukarenge ibigo+, Ntukice+, Ntukibe+, Ntukagire umwina+,” hamwe n’irindi bwirizwa iryo ari ryo ryose rihari, apoperanirijwe muri iri jambo, ari ryo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.”

  • 1 Abakorinto 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 canke ibisuma, canke abanyamunoho+, canke imborerwa+, canke abatukana, canke abanyazi bazotorana ubwami bw’Imana+.

  • Abanyefeso 4:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.

  • 1 Petero 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa+ ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita+ mu vy’abandi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika