Gusubira mu vyagezwe 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 nya mugabo yaryamanye na we ategerezwa rero guha se wa nya mukobwa shekeli mirongo itanu z’ifeza+, na we acike umugore wiwe kubera yamutetereje. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose+.
29 nya mugabo yaryamanye na we ategerezwa rero guha se wa nya mukobwa shekeli mirongo itanu z’ifeza+, na we acike umugore wiwe kubera yamutetereje. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose+.