Yobu 34:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ngo batume amaborogo y’umuntu mutoyi amushikira,Gutyo akumva amaborogo y’abarushwa+. Zaburi 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kugira ucire urubanza impfuvyi be n’uwajanjaguwe+,Ngo umuntu buntu kandi wo kw’isi ntiyongere kugira uwo ajugumiza+. Luka 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye? Yakobo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Impembo y’abakozi bimbuye imirima yanyu mugabo mukayigumya+ iguma isemerera+, kandi ugutaka+ kw’abashwabuzi kwashitse mu matwi+ ya Yehova nyen’ingabo*.
18 Kugira ucire urubanza impfuvyi be n’uwajanjaguwe+,Ngo umuntu buntu kandi wo kw’isi ntiyongere kugira uwo ajugumiza+.
7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye?
4 Raba! Impembo y’abakozi bimbuye imirima yanyu mugabo mukayigumya+ iguma isemerera+, kandi ugutaka+ kw’abashwabuzi kwashitse mu matwi+ ya Yehova nyen’ingabo*.