1 Samweli 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+. Yesaya 40:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Kubera iki uvuga ga Yakobo, ukavugira hejuru ga Isirayeli, ngo: ‘Inzira yanje yarahishijwe Yehova+, kandi ubutungane bundaba burasiga Imana yanje+’? Yeremiya 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo wewe, ewe Yehova nyen’ingabo, urasuzuma umugororotsi+; urabona amafyigo n’umutima+. Ese nobona ingene ubihora+, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.
12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+.
27 “Kubera iki uvuga ga Yakobo, ukavugira hejuru ga Isirayeli, ngo: ‘Inzira yanje yarahishijwe Yehova+, kandi ubutungane bundaba burasiga Imana yanje+’?
12 Mugabo wewe, ewe Yehova nyen’ingabo, urasuzuma umugororotsi+; urabona amafyigo n’umutima+. Ese nobona ingene ubihora+, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.