Abalewi 25:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe. Gusubira mu vyagezwe 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu. Nehemiya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.” Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+. Luka 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.
36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe.
19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu.
7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.” Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+.
35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.