Kuvayo 12:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kandi uruvange runini rw’abantu+ na rwo nyene rudugana na bo, hamwe n’imikuku n’amasho, umugwi w’ibitungwa vyinshi cane. Guharura 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ese ukuntu amahema yawe asa neza, ewe Yakobo, amataberenakulo yawe, ewe Isirayeli+! Zakariya 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi abasigaye bose mu mahanga yose aza gutera Yeruzalemu+, bazoduga koko ku mwaka ku mwaka+ kwunamira wa Mwami+, Yehova nyen’ingabo+, no guhimbaza umusi mukuru w’insago+.
38 Kandi uruvange runini rw’abantu+ na rwo nyene rudugana na bo, hamwe n’imikuku n’amasho, umugwi w’ibitungwa vyinshi cane.
16 “Kandi abasigaye bose mu mahanga yose aza gutera Yeruzalemu+, bazoduga koko ku mwaka ku mwaka+ kwunamira wa Mwami+, Yehova nyen’ingabo+, no guhimbaza umusi mukuru w’insago+.