Itanguriro 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaherezo bashika ha hantu Imana y’ukuri yari yamurangiye, maze Aburahamu ahubaka igicaniro+, atunganya inkwi, araheza aboha Izahaki umuhungu wiwe amaboko n’amaguru, amushira kuri nya gicaniro hejuru y’inkwi+. Nehemiya 13:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mbere ntunganya ibijanye n’ukuzana inkwi+ ku bihe vyashinzwe be n’ibijanye n’ivyamwa vya mbere vyeze. Uze unyibuke+, ewe Mana yanje, ungirire iciza+.
9 Amaherezo bashika ha hantu Imana y’ukuri yari yamurangiye, maze Aburahamu ahubaka igicaniro+, atunganya inkwi, araheza aboha Izahaki umuhungu wiwe amaboko n’amaguru, amushira kuri nya gicaniro hejuru y’inkwi+.
31 mbere ntunganya ibijanye n’ukuzana inkwi+ ku bihe vyashinzwe be n’ibijanye n’ivyamwa vya mbere vyeze. Uze unyibuke+, ewe Mana yanje, ungirire iciza+.