ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo wewe ukwiye kurobanura mu bantu bose abagabo babishoboye+, batinya Imana+, abagabo b’abizigirwa+, banka inyungu y’akarenganyo+. Abo uheze ubagire abakuru babo, babe abakuru b’ibihumbi+, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu, n’abakuru b’amacumi+.

  • Guharura 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bahaguruka imbere ya Musa, bo hamwe n’abagabo amajana abiri na mirongo itanu bo muri bene Isirayeli, abakuru b’ikoraniro, abatumweko ku bw’ikoraniro, abagabo ba rurangiranwa.

  • Guharura 34:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Muze mutore umukuru umwe mu muryango umwumwe wose ku bwo kugabura igihugu ngo mucigabire+.

  • Yosuwa 22:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 ari kumwe n’abakuru cumi, umukuru umwe w’inzu ya ba sekuru imwimwe yose mu miryango ya Isirayeli, kandi umwe wese muri bo yari umukuru w’inzu ya ba se babo mu bihumbi vya Isirayeli+.

  • 2 Samweli 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze umutima wa Dawidi utangura kumukubita+ aho amariye guharūra abantu gutyo. Nuko Dawidi abwira Yehova ati: “Nacumuye+ cane mu vyo nakoze. None rero Yehova, ndakwinginze ureke ikosa ry’umusavyi wawe rirengane+, kuko nakoze ivy’ubupfu rwose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika