ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 26:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Yehova azotegeka umuhezagiro uze ku bubiko bwawe bw’ibifungurwa+ no ku migambi yawe yose+, kandi azoguhezagira koko mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe.

  • Malaki 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimuzane ivy’icumi+ vyose mu kigega, kugira ngo mu nzu yanje habe ibifungurwa+; enda nimungeze muri ivyo+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “murabe ko ntazobagomororera ingomero z’amajuru+, nkabacuncuburirako vy’ukuri umuhezagiro gushika aho hadasubira kubaho umukeno+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika