Abalewi 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+. Yeremiya 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntutugaye ku bw’izina ryawe+; ntusuzugure intebe y’ubwami yawe ininahaye+. Niwibuke; nturenge kw’isezerano wagiranye natwe+.
23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+.
21 Ntutugaye ku bw’izina ryawe+; ntusuzugure intebe y’ubwami yawe ininahaye+. Niwibuke; nturenge kw’isezerano wagiranye natwe+.