2 Ngoma 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonye+ ko bicishije bugufi, ijambo rya Yehova riza kuri Shemaya+ riti: “Bicishije bugufi+. Sinzobahonya; mu kanya gatoyi ndabakiza, kandi ubushangashirwe bwanje ntibuzorindimukira kuri Yeruzalemu biciye ku kuboko kwa Shishaki+.
7 Yehova abonye+ ko bicishije bugufi, ijambo rya Yehova riza kuri Shemaya+ riti: “Bicishije bugufi+. Sinzobahonya; mu kanya gatoyi ndabakiza, kandi ubushangashirwe bwanje ntibuzorindimukira kuri Yeruzalemu biciye ku kuboko kwa Shishaki+.