Kuvayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa araza, yiganira abantu amajambo yose ya Yehova n’ingingo z’ubutungane zose+, abantu bose baca bishura n’ijwi rimwe, bati: “Amajambo yose Yehova avuze turiteguriye kuyakora+.” Kuvayo 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.” Gusubira mu vyagezwe 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igihe naduga umusozi kwakira vya bisate vy’amabuye+, vya bisate vy’isezerano Yehova yari yagiranye namwe+, hanyuma nkaguma mba ku musozi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+, (sinarya umukate canke ngo nywe amazi,)
3 Maze Musa araza, yiganira abantu amajambo yose ya Yehova n’ingingo z’ubutungane zose+, abantu bose baca bishura n’ijwi rimwe, bati: “Amajambo yose Yehova avuze turiteguriye kuyakora+.”
8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.”
9 Igihe naduga umusozi kwakira vya bisate vy’amabuye+, vya bisate vy’isezerano Yehova yari yagiranye namwe+, hanyuma nkaguma mba ku musozi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+, (sinarya umukate canke ngo nywe amazi,)