ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mu gihe umugabo canke umugore agize indagano idasanzwe yo kubaho ari Umunaziri*+ kuri Yehova,

  • Gusubira mu vyagezwe 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+.

  • Abacamanza 11:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Maze Yefuta araganira indagano+ Yehova ati: “Niwatanga koko bene Amoni mu kuboko kwanje,

  • 1 Samweli 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma agira indagano+, ati: “Ewe Yehova nyen’ingabo, niwitegereza koko amarushwa y’umushumbakazi+ wawe, ukanyibuka+ koko, kandi ntiwibagire umushumbakazi wawe, ugaha vy’ukuri umushumbakazi wawe umwana w’umuhungu, nzomuha Yehova imisi yose y’ubuzima bwiwe, kandi nta rumosho ruzogera ku mutwe wiwe+.”

  • Umusiguzi 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika