Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.” Abalewi 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Aze agire iyo shūri nk’uko yagize ya shūri yindi y’ishikanwa ry’igicumuro. Ukwo ni ko azoyigira; kandi umuherezi aze abatangire impongano+, babone kukibabarirwa. Abalewi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.” Abalewi 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuherezi aze amutangire impongano imbere ya Yehova akoresheje nya mpfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze. Kandi igicumuro yakoze azokibabarirwa+.
9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.”
20 Aze agire iyo shūri nk’uko yagize ya shūri yindi y’ishikanwa ry’igicumuro. Ukwo ni ko azoyigira; kandi umuherezi aze abatangire impongano+, babone kukibabarirwa.
7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.”
22 Umuherezi aze amutangire impongano imbere ya Yehova akoresheje nya mpfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze. Kandi igicumuro yakoze azokibabarirwa+.