Guharura 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Baca bagwa bubamye, bavuga bati: “Ewe Mana, Mana y’impwemu z’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+, mbega umuntu umwe gusa yocumura hanyuma ukarakarira ikoraniro ryose+?” Yosuwa 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko bene Isirayeli barahemuka ku bijanye n’ikintu co gutikizwa, kuko Akani+ mwene Karumi, Karumi wa Zabidi, Zabidi wa Zera, wo mu muryango wa Yuda, yatoye ku kintu co gutikizwa+. Ishavu rya Yehova rica rirurumbira bene Isirayeli+.
22 Baca bagwa bubamye, bavuga bati: “Ewe Mana, Mana y’impwemu z’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+, mbega umuntu umwe gusa yocumura hanyuma ukarakarira ikoraniro ryose+?”
7 Nuko bene Isirayeli barahemuka ku bijanye n’ikintu co gutikizwa, kuko Akani+ mwene Karumi, Karumi wa Zabidi, Zabidi wa Zera, wo mu muryango wa Yuda, yatoye ku kintu co gutikizwa+. Ishavu rya Yehova rica rirurumbira bene Isirayeli+.