Gusubira mu vyagezwe 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ntuze uzane ikintu giteye ishishi mu nzu yawe, bigatuma vy’ukuri ucika ikintu co gutikizwa nka co. Bikwiye kugutera ishishi rwose, ukavyanka urunuka vy’ukuri+, kuko ari ikintu co gutikizwa+. Yosuwa 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi iki gisagara gitegerezwa kuba ikintu co gutikizwa+; co hamwe n’ibiri muri co vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza kuguma ari muzima, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.
26 Ntuze uzane ikintu giteye ishishi mu nzu yawe, bigatuma vy’ukuri ucika ikintu co gutikizwa nka co. Bikwiye kugutera ishishi rwose, ukavyanka urunuka vy’ukuri+, kuko ari ikintu co gutikizwa+.
17 Kandi iki gisagara gitegerezwa kuba ikintu co gutikizwa+; co hamwe n’ibiri muri co vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza kuguma ari muzima, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.