ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.”

  • Yosuwa 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko nya mugore afata nya bagabo babiri arabahisha. Avuga rero ati: “Egome, abo bagabo baje koko iwanje, mugabo sinari nzi iyo bava.

  • Yosuwa 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 (Ariko we yari yabaduganye ku gisenge+, abanyegeza mu duti tw’ilino* yari yaritondekeye mu misitari ku gisenge.)

  • Matayo 25:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Umwami+ na we azobishura ati: ‘Ni ukuri ndabibabwiye: Ku rugero mwabigiriye umwe muri aba batoyi bo hanyuma y’abandi+ muri bene wacu+, ni jewe mwabigiriye+.’

  • Abaheburayo 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera.

  • Yakobo 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Muri ubwo buryo nyene, mbega Rahabu+ wa mumaraya we ntiyiswe umugororotsi bivuye ku bikorwa, aho amariye kwakira neza za ntumwa hanyuma akazirungika azicishije mu yindi nzira+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika