1 Abatesalonika 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data. Abaheburayo 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ariko mugume mwibuka imisi ya kera, hamwe mwihanganira urugamba rukomeye mu mibabaro+ inyuma y’aho mumariye kumurikirwa+:
3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data.
32 Ariko mugume mwibuka imisi ya kera, hamwe mwihanganira urugamba rukomeye mu mibabaro+ inyuma y’aho mumariye kumurikirwa+: