Abalewi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aroni buno nyene yegera igicaniro, akerera ya nyana y’ishikanwa ry’igicumuro, yo ku bwiwe+. Abalewi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze akerera rya shikanwa riturirwa, hanyuma abahungu ba Aroni bamuhereza amaraso ayamijagira hirya no hino ku gicaniro+.
12 Maze akerera rya shikanwa riturirwa, hanyuma abahungu ba Aroni bamuhereza amaraso ayamijagira hirya no hino ku gicaniro+.