Abalewi 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo nimba nya kibibi kigumye mu kibanza caco, kikaba kitakwiragiye, ni ubuvyimbe+ bw’igihute; umuherezi aze avuge ko adahumanye+. Mariko 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Buno nyene ya mibembe ica iramuvako, arahumanuka+. Luka 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko, aramvura ukuboko amukorako, avuga ati: “Ndabishaka. Humanuka.” Buno nyene ya mibembe ica iramuvako+.
23 Mugabo nimba nya kibibi kigumye mu kibanza caco, kikaba kitakwiragiye, ni ubuvyimbe+ bw’igihute; umuherezi aze avuge ko adahumanye+.
13 Nuko, aramvura ukuboko amukorako, avuga ati: “Ndabishaka. Humanuka.” Buno nyene ya mibembe ica iramuvako+.