Luka 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ategeka nya mugabo kutagira umuntu n’umwe abibwira+, amubarira ati: “Mugabo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa+ rijanye n’uguhumanurwa kwawe, nk’uko Musa yabitegetse, kugira bibabere intahe+.” Luka 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abakubise ijisho, ababwira ati: “Gende mwiyereke abaherezi+.” Maze bariko baragenda, barahumanuka+.
14 Maze ategeka nya mugabo kutagira umuntu n’umwe abibwira+, amubarira ati: “Mugabo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa+ rijanye n’uguhumanurwa kwawe, nk’uko Musa yabitegetse, kugira bibabere intahe+.”
14 Abakubise ijisho, ababwira ati: “Gende mwiyereke abaherezi+.” Maze bariko baragenda, barahumanuka+.