Matayo 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Yezu amubwira ati: “Urabe ntihagire uwo ubibwira+, mugabo genda, wiyereke umuherezi+, hanyuma ushikane ishikanwa+ Musa yashinze, kugira bibabere intahe.” Mariko 1:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.”
4 Maze Yezu amubwira ati: “Urabe ntihagire uwo ubibwira+, mugabo genda, wiyereke umuherezi+, hanyuma ushikane ishikanwa+ Musa yashinze, kugira bibabere intahe.”
44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.”