ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 umuherezi aze atange itegeko. Ku bw’ukwihumanura, aze atore inyoni zibiri nzima zidahumanye+ n’igiti c’isederi+ n’igitambara c’ibara ry’agahama*+ na ezobu+.

  • Abalewi 14:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Umuherezi aze ashikane ishikanwa riturirwa be n’ishikanwa ry’intete+ ku gicaniro, umuherezi+ amutangire impongano+, abone kuba uwudahumanye+.

  • Mariko 1:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 amubwira ati: “Urabe ntihagire umuntu n’umwe ugira ico ubwiye, mugabo genda wiyereke umuherezi+ maze ku bw’uguhumanurwa kwawe ushikane ibintu Musa yategetse+, kugira bibabere intahe+.”

  • Luka 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ategeka nya mugabo kutagira umuntu n’umwe abibwira+, amubarira ati: “Mugabo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa+ rijanye n’uguhumanurwa kwawe, nk’uko Musa yabitegetse, kugira bibabere intahe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika