Abalewi 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ikinure caryo cose azogifumbisha umwotsi ku gicaniro nka ca kinure c’ishikanwa ry’ugusangira+. Kandi umuherezi aze amutangire impongano ku bw’igicumuro ciwe+, abone kukibabarirwa. Abalewi 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira mushobore gutandukanya ikintu ceranda n’icanduye, igihumanye n’ikidahumanye+, Abaheburayo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.
26 Ikinure caryo cose azogifumbisha umwotsi ku gicaniro nka ca kinure c’ishikanwa ry’ugusangira+. Kandi umuherezi aze amutangire impongano ku bw’igicumuro ciwe+, abone kukibabarirwa.
17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.