ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Ku musi ugira umunani+ azotora impfizi z’intama zibiri zikiri nto zitagira agahonzi be n’umwagazi w’intama w’ishashi umwe utagira agahonzi+, mu mwaka wawo wa mbere, n’ivy’icumi bitatu vya efa* y’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta, n’ingero imwe ya logi* y’amavuta+;

  • Gusubira mu vyagezwe 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Wiyubare ku cago c’imibembe+, kugira witwararike ukore ivyo abaherezi, Abalewi, bazobategeka vyose+. Mukwiye kuba maso+ mugakora nk’uko abo nabategetse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika