Abalewi 4:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “‘Mugabo hamwe yozana umwagazi w’intama+ bwa shikanwa ryiwe ngo ube ishikanwa ry’igicumuro, umwagazi w’intama w’ishashi utagira agahonzi+ ni wo akwiye kuzana.
32 “‘Mugabo hamwe yozana umwagazi w’intama+ bwa shikanwa ryiwe ngo ube ishikanwa ry’igicumuro, umwagazi w’intama w’ishashi utagira agahonzi+ ni wo akwiye kuzana.