Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+. Yohani 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+! Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+? 1 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.
7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.
29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!
14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?
19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.